Uko wahagera

Ikiganiro na Pierre Claver Ndayicariye, umukuru w’urwego rw’igihugu rujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI, inyuma yuko abanywanyi babiri b’urwo rwego barahiye ku musi wa kabiri.


Ikiganiro na Pierre Claver Ndayicariye, umukuru w’urwego rw’igihugu rujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI, inyuma yuko abanywanyi babiri b’urwo rwego barahiye ku musi wa kabiri.
please wait

No media source currently available

0:00 0:02:31 0:00

Ikiganiro na Pierre Claver Ndayicariye, umukuru w’urwego rw’igihugu rujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI, inyuma yuko abanywanyi babiri b’urwo rwego barahiye ku musi wa kabiri. Yongeye kandi yishura ku kamo katewe n’umuryango w’ubumwe bwa Afrika ku vyerekeye kwigizayo amatora y’umukuru w’igihugu yo kw’italiki cumi na zitanu z’ukwezi kw’indwi, akamo kavuze kw’italiki nshasha yotegerezwa gushirwaho biciye mu biganiro hagati ya Reta n’abatavuga rumwe na Reta.

XS
SM
MD
LG